12-09-2026

Inkuru y’urukundo rwa Odric na Kevine Igice cyambere

0

Munkuru yacu dutanguranye abatipe babiri bibereye muri geto aho twumva uwitwa Odric Arikumwe nuwitwa Ali Blaise amubwira ngo mbe man wibutse kugara?erega jewe urubuga rwantwaye sana niho Ali yamwishurako yugaye atakibazo rero Odric ariko aracatinga kuri WhatsApp niho twumva abwiye Ali ngo uziko man hariho akanimero kumu Sto akunda kuyaga muri group nabitse! Ali amubwira ngo none urashobora kubika numéro yumuntu utazi? Odric nawe acamubwira ati ahubwo rekandabe ko ari kumurongo ndamuvugishe rero Odric niho yaraba neza abona arikumurongo acaramwandikira ngo : Bt mumeze neza ? Niho haheze akanya yaca abona amwishuye amubwirako arisawa gusa kwatamumenye hama niho Odric yamwibwira hama nawe aramwibwira amubwirako yitwa Odric nkaba mvuka mukayanza ariko uwumwanya mba ibujumbura nimero yawe nayikuye muri group wakunda kuyaga cane nanje nisanga nagusanze Inbox Niko kukuramutsa hama nawe aramubaza ukoyitwa amubwirako yitwa Kevine Odric ufise akazina keza jewe ubinyemereye nzoze ndaguhamagara Keke niho tubona Kevine atwenga acamubwirango oya Uzompamagara Kevine rero baramenyana bakomeza kuyaga niho Kevine yamubwirako arivyiza turabona Odric asa naho yishimiye kuyaga na Kevine kuko yaguma yisetsa niho Odric yaca amubwirango…………………

Ese Odric abwiye iki Kevine?

Ese ko Odrice asa nuwuryohewe cane yoba yadyohewe niki?

Ntuzocikwe na part 2

Kandi ntimwibagire kugira like 👍 na share na commentaire na #Suivre kuriyi Page yitwa #Calixte Pro kugirango ntihagire na part n’imwe izogucika

About Author

Leave a Reply

Discover more from MY250TV

Subscribe now to keep reading and get access to the full archive.

Continue reading